『Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye』のカバーアート

Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye

Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye

無料で聴く

ポッドキャストの詳細を見る
Umwana umwe kuri bane mu baba muri Australia baranyuzurwa ku mashuri aho biga. Nk'umuvyeyi birashobora ku kugora mu kumenya ico wofata mu gihe umwana wawe anyuzuwe canke mu gihe anyuzura abandi. Uko biri kwose ni vyiza kugenda kurondera ubufasha kubahinga bakakugira inama.
adbl_web_anon_alc_button_suppression_t1
まだレビューはありません